Paul Kagame News › Forums › Rwanda and Burundi Voices › Burundi Hope › Reply To: Burundi Hope
December 30, 2016 at 10:54 am
#27337
Nyenicubahiro umukuru w’igihugu cacu Pierre Nkurunziza ati ko abarundi aribobanyitoreye kumugaragaro, nzobarongora neza kandi ntagihugu nzogabira za mujeri kiretse nyabanyagihugu aribobaciye urubanza biciye mumatora nyene umunyagihugu azokwame afise ijambo kubijanye n’abamurongora. Dushaka umukuru w’igihugu adakangwa nazamujeri nka kurya Ntibantunganye zamukanze agacahungira muri ambassade. Komera Mutama S.E uri Sebarundi koko, Hangama kungoma y’Uburundi Ganza Sabwa.
Criminal Paul Kagame