Paul Kagame News › Forums › Autocratic Leadership › Why Joseph Rwagatare is the Biggest Idiot in Africa › Reply To: Why Joseph Rwagatare is the Biggest Idiot in Africa
Twagomba dutange umuco gato kubamaze imisi bambaza ko vyukuri boba bamaze kuvuga amanota bafatiyeko kubijanye nikibazo ca leta cakozwe mumyaka yi 9 niyi 10.ico mwomenya kimwe co nuko atamanota baravuga bafatiyeko kugera iyi saha benshi mwatahuye nabi mumaze kwumva ijambo ryashikirijwe numuvugizi akongera akaba umunyamabanga mukuru wa leta y’Uburundi phillipe NZOBONARIBA aho yavuga kubijanye nabazomenya umuntu yihweje ingene abana benshi mubakoze icokibazo bariko barajuragirika bamaze noguta umutwe biraboneka neza ko hari abumvise nabi ivyiryo jambo bivuye kumpamvu zitandukanye nacane cane igihababu cinshi bafise kugutinya bamwe gusubira mumwaka wi 9 abandi kugutinya kuja mumyuga ntibagiye nabazotaha muhira burundu.Ngaho rero reka tubahe umuco ukwiye zirya 60% mwumvise samanota bafatiyeko ahubwo nigitigiri cabazomenya mumyaka yi 9 ni 10 biratandukanye cane namanota rero bofatirako.ico mwotandukanya nuko mwotandukanya igitigiri cabamyeshure bakenewe(taux)be namanota akenewe (note)ico kijanye namanota rero nico kitaravurwa kumugaragaro ariko igitigiri bashaka baramaze kukivuga ni nabanyeshure 60%.nibaza kotwagerageje kubaha umuco ukwiye nimureme mutuze murindire mubanze mwumve amanota bazofatirako.mukurangiza nuko mwomenya kandi ko amanota bazofatirako mumyaka yi 9 atariyo bazofatirako mumyaka yi 10.
Criminal Paul Kagame