Paul Kagame News › Forums › Rwanda and Burundi Voices › ABACUNGUZI BA FDLR/FOCA › Reply To: ABACUNGUZI BA FDLR/FOCA
Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Petero NKURUNZIZA, kuri uyu munsi uri hejuru turamutse duhimbaza umwaka uheze mushikirijwe amabanga yo kurongora Igihugu c’Uburundi, abenegihugu tuzi aho mwadukuye turabakeje ku mabanga kandi tubashimira kubona ca gihe c’iminsi itatu aho banyamyoma badukora mujisho, mukaba mutahemukiye abenegihugu hamwe n’Imana, Turanezerewe no kubona mutemeye ko baduhamba tubona maze murya umutima amenyo muragaruka mu gihugu maze impundu z’isamiranira ku mitumba yose 2910 igize igihugu cacu, Abarundi insinzi tubari inyuma kandi tuzobarwa inyuma, murakoze Imana Mushobora vyose ibahe kuramba, Ibahe ubwenge nkubwa Salomon, Ikiganza cayo kibame hejuru hamwe no hejuru y’Igihugu cacu. Murakoze. Amen
Criminal Paul Kagame