Paul Kagame News › Forums › Rwanda and Burundi Voices › Burundi Hope › Reply To: Burundi Hope
August 19, 2016 at 9:18 pm
#27203

Keymaster
Iyo mbunuza mubona aho musi yitwa: Roméo-Dallaire!
Niwe yararongoye inteko za ONU mu mwaka w’1994 mu Rwanda! Muzi ico yakoze? Niwe yafashije inkotanyi za FPR kwinjira no kwinjiza ibirwanisho Kagame yakoresheje mugukora Génocide! Ubunaho amaze imisi akebakeba ng’aha muraka karere~ashaka kugira nk’ivyo yagize mu Rwanda ngaha mu Burundi iwacu! Arahumba twamubonye bugica!
Criminal Paul Kagame