Paul Kagame News › Forums › Rwanda and Burundi Voices › Burundi Hope › Reply To: Burundi Hope

murahumba.mumpa mutation?munshira ku ma liste ntategerezwa kujako, munyagiriza iki canke kiriya,ndamaze kumenya ko vyose mubikora muntumbero zo kunca intege kandi ndasubiriyr kubamenyeshako nzama ndi wawundi. iki lobel ntantambwe kizopfa gishitseko muburundi bwacu.democratie bambe revolution yaramaze gusagarara muburundi ntigisubira inyuma.ntantege muzopfa munciye.ahubwo mumpaye inguvu.vyerekana ko muntinya kandi murakantinya kuko mvuga ukuri.sinzohinduka nzokwama ndi wawundi.ibuye riserutse ntiriba ricishe isuka na cane cane ko namaze gutahura ko kuva 2015, les occidentaux ont voulu tuer le burundi. Partout ou nous sommes ,il faut savoir que l’adversaire vous tue moralement, vous tue intellectuellement, culturellement avant de vous tuer physiquement. c’est de cette manière qu’on a supprimé des groupes entiers” plus d’associations civiles occidentales sont ici chez nous pour faciliter ces étapes citées ci haut. Voila la mission qu’ avaient les missionnaires d ‘avant et pendant l air colonial en Afrique en prêchant la religion(faciliter la colonisation ). Soyons attentifs Mes chers amis ,un burundais qui n’est pas capable de protéger sa révolution, ne mérite pas que l’on s’apitoie sur sort ,vive la révolution burundaise 2005,l amour ou la patrie nous vaincrons.
Criminal Paul Kagame