Paul Kagame News › Forums › Rwanda and Burundi Voices › Burundi Hope › Reply To: Burundi Hope
Hussein Radjabu yavutse 1960 kumuvyeyi umwe w’umurundi nuwundi wumutanzaniya muntara ya Muyinga
Ivyamuranze hanini mumajambo avunaguye vyamye ari ibintu vyukonona nugusambura abo barikumwe reka tubacire kumayange
*yabanje ategura gukura Nyangoma amusubiriza na Jean Bosco ndayikengurukiye muga budakeye nakabira na Jean Bosco Ndayikengurukiye amugira nkabandi amusubiriza numunwamaraso nkurunziza petero
*Muvyo kurugamba nyene vyaragaye ko yari umwe mubakunda guhohotera agateka ka zina Mukenyezi mukubasambanya yitwaje igikenye turabivandanya ngaho musi kuko iyo ngeso ntiyayihevye yarayibandanije
*ngabo baratashe mu 2004 mubihumbi 2005 baratsinze amatora hadaciye kabiro Falcon irariwe nagashinyaguro keshi arifatira isinzi ryabarundi bariko barabaza ivyiyo ndege yigihuguu ivyo vyose yabikora Nkurunziza arorera anamushigikira murico gihe nye afadikanije na Willy Nyamitwe barafunga barongera baratoteza uwahoze ari umukuru w igihugu n icegera ciwe abo nabo bari Ndayizeye Domitien na Kadege.
*uwavuze ati iyakavukanye irakabaganwa Hussein Radjabu nguyo atanguye bimwe yaramenyereye kurubuga rw Intambara muri leta vyogusambanya abakenyezi kugikenye abemerera ibibanza muri Leta muga ugusambuka kwicahoze citwa Cndd_fdd cavuye kuriwe mugihe yagovye gusambanya umupfasoni w ishirwa rimenetse Alice Nzomukunda amubera ifuro ry igiti aramwankira aramwereka ko ivyari imagera vyagerutse, ivyo yari yarararitse vyarutse… Aramwankira kugira anamwereke ko atakarwa nigikenye ca Hussein Radjabu aca aratanga imihoho muri leta muga kubera yatama bwabushake wamunoho kubagore babandi yagumye akora nkivyo bikaba binkivyo ubona ko atanumupfasoni yigirira
*Munyuma vyamukomeranye nguyo atanguye kwiyumvira uko yotembaza umunyeshure wiwe ariwe Nkurunziza kuko mwarimu(Hussein Radjabu) yari yamaze kubona ko umunyeshu(Nkurunziza)yaganguye muga vyamutaye kuwamazi nkuko vyamunaniye gusambura UPD Cnared na Forebu.umunyeshure mukumushimira ko yamwigishije neza yaciye amutamumvuto aho yarabaye umyaka itari mike kubera inambu yubutegetsi…..
*Imana iracanye ararekuwe icoyihutiye yaciye yihutira gusambura Upd mukwigiza kure umushingantahe chavineau murwengezo we yanse kuba umuja wiwe abonye vyanse yaciye yegera ubutegetsi bwa Nkurunziza ari yamuramuye mukirundi ngo aho kaciye ntihaca urwanko Nkurunziza yaramwakiye amuha igikorwa co gusambura Cnared nawe agashirwa mubaja mubiganiro vyamagabura ryama ndavyise uko kuko abategezwa kuganira ntibigeze batumirwa.Radjabu yarafuruguse biranka Cnared iguma iri uko yariri muga nawe agokera ubusa nkuko kuva avuye mwishamba ivyo yakora vyose vyamye bipfira muvyiyumviro
*Ubu nguyo Radjabu aranduje amafaranga mubarundi baba mumakungu aribo (Diaspora) abibishije mukintu bise GEZAHO arayafunguye nkuko vyamye mukirundi ngo INKURU Y UMWANA ISUBIRA INYUMA kubari babizi Cndd-Fdd igitaha umukuru w igihugu ca Soudan Yitwa Omar El Bechil yahaye uwo mugambwe imiriyaridi 7 zamarundi muga rero nobamenyesha ko kububiko bwa Cndd-Fdd bahasanze ibihumbi 200 gusa vyamarundi izozindi miliyaridi ntawuzi iyo zarengeye. Mwibuke Farcon Cotebu Sosumo ivyo vyose ni Bwana Radjabu. Dusubire kuvyacu ayo mahera arayariye ya GEZAHO kugira ayisiguze asimbiye kuri Forebu kugira ayiyitirira aha ndabibutse ko itariki 22 nzero 2016 uyo mugabo Radjabu yivugiye ko atari muri Forebu kuri @InfosGrandsLacs nkuko biri ngaho hepfo?????namajwi arimwo
Entretien exclusif avec Hussein Radjabu : « Je n’appartiens pas au Forebu » | IGL …
http://www.infosgrandslacs.info › productions
Mobile-friendly – Jan 22, 2016 – Bruxelles – Infos Grands Lacs vous propose un entretien exclusif avec Hussein Radjabu, l’ex-homme …
None uyo mugabo Radjabu inyuma yukunarirwa Gusambura Cnared yoba ashika iki kuri Forebu ikihari nuko bimaze kugaragara ko yasubiranye numwana yirereye kandi yigishije ariwe Nkurunziza Petero ubu twaramuhinyuye ko agomba gutsimbataza system ya Cndd-Fdd ariyo wenyene yizaniye ahubwo abarundi mube maso uyo mugabo Radjabu ntababeshe aha nagomb ndabibutse ko keshi akunda nuguhabwa akanya kwiradio bizwi ko ikorera iperereza ya Ciramunda Richard kandi numuhari wa Ciramunda ABIGURUBURUNDI Bamaze kumenyesha ko bifasikanije nuwo mutama ari kumushiro nkikirato kitagira imigozi.
Uwumva yumvise
Nakare agasozi kintahanurwa hasha abagabo babona
Ikimbwirwa nicumva nicerekwa nikibona
Ndabasigire akabazo. Mbe kuki aho Radjabu Hussein ari hama induru canke havyuka inzankano
Uturorero kuva kuri
1Nyangoma
2NDAYIKENGURUKIYE
3Leta y Uburundi gutanga imihoho kwa Alice Nzomukunda
4Munamashingamateka
5NKURUNZIZA pierre yigishije akamenya kuko nawe munyuma yazanye inzankano muri FNL Uprona Frodebu…
Yaratorotse aca agaruka kumunyeshure wiwe Nkurunziza ubu asigaye amukorera
1 CNARED
2UPD mugukura Cheauvineau
3 FOREBU
KAZOZA KATUBIKIYE VYISHI UWURAVYE AZOBONA
Criminal Paul Kagame