Paul Kagame News › Forums › Rwanda and Burundi Voices › ABACUNGUZI BA FDLR/FOCA › Reply To: ABACUNGUZI BA FDLR/FOCA
August 19, 2016 at 7:50 pm
#27193

Keymaster
ITANGAZO
Ubuserukizi Bukuru bw’umugambwe CNDD-FDD buramenyesheje abarundi n’amakungu ko ikoraniro kaminuza ridasanzwe ryatanguriye i Ngozi ku magenekerezo ya 18 na 19 Ruheshi 2016 rizobandanirizwa kandi rigasozererwa mu ntara ya Gitega kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 20 Myandagaro 2016 kuva isaha zibiri zo mugitondo.
Bigiriwe i Bujumbura ku wa 17 Myandagaro 2016
Umushingamateka Pascal NYABENDA
Umukuru w’umugambwe CNDD-FDD.
Criminal Paul Kagame