Paul Kagame News Forums Rwanda and Burundi Voices Burundi Hope Reply To: Burundi Hope

#27134

Inkende iyuyibonye womenga ngo irambaye ariko uko iduga mugasongero kigiti niko igaragaza ubwambure bwayo. Nguku uko reta ya HABYARIMANA président wo mugihugu kibanyi c’u rwanda uko yisamburiyeko mukwitiranya umwansi(ennemi) namakungu birashikiriye petero nkurunziza uwigeze kuba wizerwa nabarundi benshi mu myaka ya2005 na reta yiwe. Umugambwe ‪#‎cndd_fdd‬ numwe mu migambwe yabahutu yizewe nabenshi ndetse ukaba wahawe namahirwe atahawe ‪#‎sahwanya_frodebu‬ aho yaramutswa ubutegetsi 1993 bukamara umwanya urume rumara indongozi yari yitorewe nabanyagihugu iciragandagurwa hakurira intambara. ‪#‎Umukungu_gélase_ndabirabe‬ yaraye asomwe itangazo rifuta umugambwe cndd fdd mukwitiranya umwansi wumututsi n’amakungu. Hakubana n’umuyungwe wobana numurozi egome ntamurundi numwe atazi ko dufise umwansi turiko turarwanya petero nkurunziza kandi ntitwokwibagira ko dufise nuwundi mwansi ashaka gusubira kubutetsi ni umututsi aho ntivyari bikenewe ko twatakana nabazungu kuko tuba duhejeje guha inguvu umwansi agaca ashika kuco yipfuza

Criminal Paul Kagame