Paul Kagame News › Forums › Rwanda and Burundi Voices › Burundi Hope › Reply To: Burundi Hope
Ayavugwa:
========
*Bivugwa cane ko kwa << ndaribwaribwa >> hoba hari abacangero b’abafaransa bariko begeranya ibikoresho vya gisirikare vyo kuvyonga Uburundi Igihugu Ciza cacu! Binavugwa ko boba banatanga n’imyitozo ya gisirikare kuntumva!
*
Kubegereye mu #Kirundo kumupaka, mutohoze ibinogo | imyobo | Amahandage | vyimbwe mu Rwanda hafi y’imipaka duhana, mwumve ko vyoba arivyo.
*
Inkuru yatangajwe ngaha kurubuga y’ikinyamakuru gikorera << Ndaribwaribwa >> ciyita https://web.facebook.com/Urunani-RwIbimenyeshamakuru-14148…/ ||siyo nagato. nubundi buryo abakeba batoye bwo kubesha |kwambika ibara|no kwemeza amakungu ibinyoma ngo Imbonerakure ziriko zihabwa imyitozo canke ngo zihabwa inkoho. sivyonamba!
*
*Haranavurwa cane igabanuka ry’ibiciro vy’ibiribwa mbumbarugo mu #Burundi inyuma y’aho hatiwe ingingo yo kutabijabukana kwa Ndaribwaribwa.
Criminal Paul Kagame