Paul Kagame News › Forums › Rwanda and Burundi Voices › Burundi Hope › Reply To: Burundi Hope
Valentin Bagorikunda yahora ari umushikirizamanza kizigenza wa Repubilika azosubirigwa mu mabanga na Sylvestre Nyandwi asanzwe avuka muri Bujumbura Rural.Mu gihe uno musi umushikiranganji w-ubutungane Aimée Laurentine Kanyana yari gusigura amadosye y-amazina 15 agiye kuja mu burongozi bw-inzego z-ubutungane mu nama nkenguzamateka,ayo mazina yahavuye yemezwa ijana kw-ijana.amwe mu mazina yemejwe harimwo kandi François Nkezabahizi w-i Muyinga agiye kuba umukuru wa sentare ntahinyuzwa, Tomas Ntimpirangeza wo mu Rutana agiye kuba umukuru wa sentare isubiramwo imanza ya Gitega, Dieudonné Niyungeko wa sentare isubiramwo imanza ya Bururi n-abandi.mu bijanye n-ubutungane habaye impinduka kandi mu gisagara ca Bujumbura,buri Komine yose ikazogira ubutungane bwayo.
Criminal Paul Kagame