Paul Kagame News › Forums › Autocratic Leadership › Rwandan Army Trained in Best Military Academies › Reply To: Rwandan Army Trained in Best Military Academies

Murunani CNARED haguma hahinduka ibintu.Umugambwe IMBONO CHARISMA wa Audifax Ndabitoreye wavuye mu runani CNARED- GIRITEKA nkuko biri mw-ikete umukuru w- uwo mugambwe yandikiye Jean Minani arongoye urwo runani.Audifax yoba agiye gufata inzira y- intambara?mu ngingo 3 yasiguye zatumye we na REVOLUTION-HAGURUKA ava muri urwo runani,ingingo ya 3 igira iti:”ibiganiro ni wo muti mwiza wo gutorera inyishu ibibazo.ariko iyo Nkurunziza n’abo bari kumwe bahisemwo inzira yo kwica no guhonya abandi kandi bakigisha urwaruka kuja kwica,guhohotera,gufata abakenyezi ku nguvu babahora ko badasangiye ubwoko canke ivyiyumviro,umuti wonyene uhari ni kugwanya n’ukuzimanganya ivyo vyiyumviro.ariyo mpamvu tubona ko igihe turimwo hataragera ko haba ibiganiro kubera ko mu gihe muvuga ibiganiro,Nkurunziza we aba ariko yica kandi ategura intambara.” Itangazo soma munsi.”Nibutse ko uwukeneye wese kugira ico ashikako muri Politique y’Uburundi Ahagaze KUBWOKO ko bizomugora gushika kunyishu,Mugihe abariko baricwa arimubwoko bwose”
Criminal Paul Kagame