Paul Kagame News › Forums › Rwanda and Burundi Voices › Burundi Hope › Reply To: Burundi Hope
KIBAZO ca banyeshure bariko bakora CONCOUR.. ntikizokworoha …
N’imugihe Ubu abana baba abiga mumwaka w’icumi cank u mwaka wicenda ..
Bose bariko bakora ibibazo …
Kugeza kuruno munota usanga umwana mw’ijora y’ahevye akisinzirirako kubera kw’anka KO aja mumyuga cank atahe …
Cank kubana bo muwicumi kw’anka KO bosubira mumwaka wi 9….
Murumva KO bitazo kw’oroha …
Abandi n’abo ATI kuva muwicenda usimbira mumwaka wi 11 ngo bituma umwana mugihe co gukora ca kibazo gitanga uburenganzira bwo kuja mumashure ya kaminuza bishobora kuba nanira kuko bohava bazana ivyo mumwaka w’icumi bata hahonyoje ikirenge ……..
Reka duhe courage abana bariko bakora texte imana ibafashe ntibatahe mumihana y’abo baje mumyuga …..
Ariko iki nikibazo!™™™™™
Ubu abana ntibazovyibuha kubera kw’iga cane ….
Ehe basigaye bisinzirako ..
Shida….
Criminal Paul Kagame