Paul Kagame News › Forums › Rwanda and Burundi Voices › Burundi Hope › Reply To: Burundi Hope
Imyaka indwi irarangiye ikintu c’icaduka gisa n’umugambwe bita MSD kvutse, reka tubibutse ivya kiranze muriyo myaka indwi iheze ;
1. kuva aho NZEYIMANA Joseph afatiye urugendo rurerure ruzomushikana kwa Lucifer abari abayoboke biwe muca mu bibuka baciye batanguze iyo MSD
2. MSD ikivuka itangura kunyinyurana na Reta kubijanye n’urudome S= securité. Reta iti umutekano ubazwa twebwe.
3. uwari arongoye uwo murwi atangura gusitana nuwo bawutanguranye yari na secretaire General Mutama Deo HAKIZIMANA. Maze barashobora kuwigarurira kuko Deo yari Umuhutu abagora cane kuko atarashigikiye ko MSD iba iyaba sans echecs n aba sans defaite gusa
4. MSD imaze kwigarurira yama quartiers aherutse kugumuka muca muyibuka je ntayo ncibuka baciye bakenyura RPA iba iradio yo gutyoza aagateka kazina muntu, gutukana, gushirukanya , kwerura no kumena amabanga
5. Umukuru wawo kubera urumogi rwinshi ntiyasiba kwifatira mugahanga inzego zareta, Gutuka umukuru w’igihugu, kwifatira mu gahanga abanyagihugu bitako aranabihanirwa,
6. MSD niwo mugambwe wifatiye mugahanga urwego rw’igipolisi kugeza aho bamwe murugwo rwego bafatwa bagakubagurwa bakanakwa n’ibikoresho vyabo.
7. MSD niwo watumye urwaruka rwinshi ruhereye mu buroko kubera kwifuza ubutegetsi kwa cane bakoresheje inguvu.
8. MSD niwo kandi ufise uruhara mw’iturirwa ry’amasoko yahiye mu gihugu uhereye kw’isoko nkuru ya Bujumbura
9. MSD niyo yagize uruhare runini mw’igandagurwa ry’ababikira bari baje gufasha reta mu mugambi wo kuvuza abana kubuntu, Gufasha kw’ibaruka k’ubuntu,..
10. MSD niyo kandi yatumye urwaruka rwinshi rwinjira mubukene butagira izina kuko bababuza gukora ngo buca bafata igihugu ngo bazobagira abashikiranganji
11. MSD niyo yatumye urwaruka rwinshi ruja kurwarira kwa Legentil kubera indya babaha zaba zirimwo urumogi rwatangwa na Maggy na Rugurika hamwe na Kiramvu
12. MSD niyo yatumye abantu benshi bata izabo n’ivyabo ubu bakaba bariko baraturatura mubihugu bitabanezwe.
13.Ongerako ikindi il faut ko dushikana 50. Murakoze.
Criminal Paul Kagame