Paul Kagame News › Forums › Rwanda and Burundi Voices › ABACUNGUZI BA FDLR/FOCA › Reply To: ABACUNGUZI BA FDLR/FOCA

Nimwiyumvire kweli umuntu arondera ko yemerwa, abanje kumara abapfasoni n’abana bo mû miryango ibayabaye, batonze kw’ibombo ry’amazi, bariko bavoma. Abo rero ukabateramwo grenade mw’ijoro hatabona, kugira hapfemwo benshi, gurtyo uce ngo uba icamamare, mbere bishitse ugafatwa, ukaza wumva amaradiyo, ibihugu bimwe bimwe n’amashirahamwe mpuzamakungu bariko batera induru ngo kene uwo umuntu narekurwe atagisabwe. Mbega baba terroriste bamaze imisi batera Bruxelles, Paris,…. KO batabareka.
Ahubwo igisagara gica gihagarara, kikaja muri état d’urgence.
Iryo bara rihejeje kugwa ngaha mû #Kamenge, ku ryari kabiri. Hakomeretse abatari Bâke, bajanywe kwa muganga.
None mwumva rero ngo nabo bazize mandat ???
Criminal Paul Kagame