Paul Kagame News › Forums › Rwanda and Burundi Voices › Burundi Hope › Reply To: Burundi Hope
March 21, 2016 at 12:03 am
#1648
Uburundi Burashobora Kwitwarira Urwanda Muri Sentare Mpuzamakungu CPI Canke Muri ICJ.Ivyo Vyashikirijwe Na Alain Aimé Nyamitwe Ariko Yishura Ku Bibazo Vy- abamenyeshamakuru Ba VOA.Uburundi Bwagiriza Urwanda Kugira Uruhara Mu Mutekano Muke Wibonekeza Mu Burundi Mu Guha Ibigwanisho N- imyimenyerezo Ya Gisirikare Impunzi Z- abarundi Ziri Mu Rwanda Kugira Zize Gutera Uburundi,ivyo Urwanda Rukavyamirira Kure.Ikindi mwomenya nuko NKURUNZIZA na BUNYONI bemeza neza ko umutekano ari 98%.
Criminal Paul Kagame