Paul Kagame News › Forums › Autocratic Leadership › Rwandan Army Trained in Best Military Academies › Reply To: Rwandan Army Trained in Best Military Academies
Nzi neza ko hariho umusi nzikangura nsanga abahora barira bariko bararirimba. Nzi neza ko hari umusi nzikangura nsanga abahorana inzara bariko barafungura. Nzi neza ko hari umusi nzikangura nsanga abahorana inyota bafise ico kunwa. Nzi neza ko hari umusi nzikangura nsanga wewe ugorewe mwibohero kubera akarenganyo widegemvya. Nzi neza ko hariho umusi nzikangura nsanga wewe ugorewe mubuhungiro uri mugihugu cawe. Nzi neza ko hari umusi nzikangura nsanga abantu bakundana ata budyadya. Nzi neza ko hari umusi nzikangura nsanga amarira yumubabaro yabamwe yahindutse ayivyishimo. Kuwo musi nanje nzicara ndirimbe yandirimbo yogushima.


Criminal Paul Kagame