Reply To: Rwandan Army Trained in Best Military Academies

Paul Kagame News Forums Autocratic Leadership Rwandan Army Trained in Best Military Academies Reply To: Rwandan Army Trained in Best Military Academies

#1602
Paul Kagame
Keymaster

BUYOYA na BIKOMAGU bamaze kwica NDADAYE baciye bashira imbere umuhutu w,igihemu NGEZE Francois ngo abe ariwe aba mumukuru w,igihugu,no mu RWANDA KAGAME ahejeje kwica HAVYARIMANA yaciye abanza gushira imbere umuhutu w,igihemu Pasteur BIZIMUNGU ngo abahutu ntibabone ko haje intwaro y,ubwoko bumwe bw,abatutsi munyuma KAGAME aca akura kubutegetsi ca gihutu Pasteur BIZIMUNGU agita mwibohero.
Ninawo mukino BUYOYA na KAGAME bariko bakina mukwama bashira abahutu imbere muburongozi bwa CNARED.
Aho rero ndakebura NYANGOMA,MINANI,PACRACE hamwe na Jérémie NGENDAKUMANA yaraye agenywe mumabanga yo kuvugira CNARED ko inyuma yo kuba ibikoresho vya BUYOYA agahembo ari kubamena imitwe uwutishwe akaja gupfungigwa mubusho bwa KAGAME.
N,ibiterasoni umuntu nka Jérémie NGENDAKUMANA kuja kuba umuvugizi w,ikintu capfuye canutse nka CNARED.

Criminal Paul Kagame