Reply To: Rwandan Army Trained in Best Military Academies

Paul Kagame News Forums Autocratic Leadership Rwandan Army Trained in Best Military Academies Reply To: Rwandan Army Trained in Best Military Academies

#1576
Paul Kagame
Keymaster

William Benjamin Mkapa Umuhuza,mu Rugendo Arimwo I Bujumbura,yabonanye N-umukuru W-igihugu Petero Nkurunziza.Ashitse Mu Gihe Ku Muhingamo W-ejo Ariho Harekurwa Urwaruka 41 Bahora Mw-ibohero Rikuru Rya Muramvya Bagirizwa Imigumuko Yo Kwiyamiriza Ikiringo Ca 3 Ca Petero Nkurunziza.Hararekuwe Kandi Abandi 6 Bari Bafashwe Igihe Haba Ibitero Ku Makambi Ya Gisirikare Mu Gisagara Ca Bujumbura.

Criminal Paul Kagame