Reply To: Rwandan Army Trained in Best Military Academies

Paul Kagame News Forums Autocratic Leadership Rwandan Army Trained in Best Military Academies Reply To: Rwandan Army Trained in Best Military Academies

#1575
Paul Kagame
Keymaster

Ikindi Kinogo Gihambwemwo Abantu Beshi Catowe.Ico Kinogo Cahambwemwo Abantu Bagera Kuri Batanu Catowe Muri Karitiye Ya Cibitoke Mu Gisagara Ca Bujumbura,kikaba Cerekanywe N-umwe Yari Mu Myiyerekano.Ico Kinogo Catowe Mu Rupangu Kw-ibarabara Rya 13 Numero 44 Mu Murima W-irengarenga.Ico Kinogo Catowemwo Ibisigarira Vy-umuntu Umwe Yishwe Hama Ahambirwako Umusegetera.Mwomenya Ko Urwo Rupangu Rutakigiramwo Abantu Rwarimwo Amazu Abonekako Amaraso.

Criminal Paul Kagame