Paul Kagame News › Forums › Autocratic Leadership › Rwandan Army Trained in Best Military Academies › Reply To: Rwandan Army Trained in Best Military Academies

Abategetsi Batandukanye B-igihugu Bari Mu Ngendo Z-akazi Mu Bindi Bihugu:i Somalia:icegera Cambere C-umukuru W-igihugu Gaston SINDIMWO Ari I Somalia Kuva Ku Musi W-ejo Aho Yanabonanye N-umukuru W-igihugu.Akaba Kandi Yamenyesheje Ko Uburundi Buzoguma Bushigikira Ico Gihugu Mu Kugwanya Imigwi Y-intagondwa Biciye Mu Ngabo Z- Uburundi Zigize AMISOM.I #Génève: Martin NIVYABANDI Umushikiranganji Ajejwe Ivy-agateka Ka Zina Muntu, Valentin BAGORIKUNDA Umushikirizamanza Kizigenza Wa Republika Bitavye I Génève Inama Y-umugwi Ujejwe Agateka Ka Zina Muntu.I #Lusaka Zambia: Pascal NYABENDA Umukuru W-inama Nshingamateka Yitavye Inama Igira Iy-134 Y-ihuriro Ry-amanama Nshingamateka-Union Interparlementaire.Iyo Nama Ifise Intumbero Yo “gusubiza Itoto Demokarasi,guha Ijambo Urwaruka”- Rajeunir La Démocratie-donner La Parole Aux Jeunes.
Criminal Paul Kagame