Paul Kagame News Forums Autocratic Leadership Rwandan Army Trained in Best Military Academies Reply To: Rwandan Army Trained in Best Military Academies

#1566

Amakuru ariko aratangwa na #Caméra imurika muri ba bansi b’igihugu n’abenegihugu amenyesha ko bongeye kuvyura umugambi bari banogangije mu ntango za 2016 hanzuma bawuheba kuko camera yaciye iwumurika.

Ayo makuru avuga ko hariko harategurwa ikindi gitero,hariko harapangwa mubinyegero abantu twokwita b’indani bazofasha uwo mugambi,hariko harategurwa kurondera abakora muri permanence national bazoca bashigikira ico gikorwa.
Nk’uko ayo makuru abandanza abivuga,ibibanza vyateguwe bizotererwa isaha imwe kugira habure abatabara.
Bariko barategura kandi umurwi uzopararanganisha imihora yo gutumatumanako amakuru kugira ntihabe gutabaza. Hazoba kandi hari abipanze bahagarara kumazu y’intwari zimwe zimwe zitera ubwoba.

Abenegihugu musabwe kwongera kurikanura,birinde cane.

Criminal Paul Kagame