Paul Kagame News Forums Autocratic Leadership Rwandan Army Trained in Best Military Academies Reply To: Rwandan Army Trained in Best Military Academies

#1564

Hari abantu cane cane ba mujeri nka ba
– Burundi Busha
– Rashid Yakini
– Wamandaranga
– Nelsonmandela

mbona basomye ama pubs yanje baca babura ivyo bavuga bakototwa kuko abakozeko,baca bavuga ko jewe ndi ‪#‎umunyamacakubiri‬ nanka aba tutsi cane.

Nagira ndababwire,muvyanka canke muvyemera,shauli yenu.

– Ukora hasi ukibutsa inkware ibuye
– Ijisho rikuraba cane rikagutera kwambara

Jewe nta ba tutsi nanka na gatoya,kuko ndafise abagenzi kandi ba cane b’aba tutsi,kukazi ndikumwe n’aba tutsi kandi turahuza,muri groupe zose ndimwo ndikumwe n’abatutsi.
Ariko ndanka akarwi‬ , ndasubiramwo akarwi k’abatutsi b’intahaha,ibinywamaraso,abicanyi bahereye 65,72,88,93-2003 bahohotera abenegihugu mukubakerere no kubasekura mu masekuru.Ako karwi nyene niko gashaka kwongera gusubira UBURUNDI n’abarundi,kakibagira ko ‪‎INTUNGANE‬ zitagira inzigo yinzikira zititaho na QUOTA 40 60% ahubwo zica zirabira hirya mukurondera umubano mwiza zititayeho ya QUOTA.

Kubera ko ari ‪‎intashima‬,amategeko n’akore.

Criminal Paul Kagame