Paul Kagame News › Forums › Autocratic Leadership › Rwandan Army Trained in Best Military Academies › Reply To: Rwandan Army Trained in Best Military Academies
I T A N G A Z O
No 011/2016 rya Groupe
INTWARI ZA CNDD-FDD / AKANWABABO
ryo ku wa 17/03/2016
~~~~~~~~~~~~~~~~
Groupe INTWARI za CNDD-FDD AKANWABABO iherutse gushikiriza aho ihagaze kumyitwarire y’indongozi za KATOLIKA mu BURUNDI,aho hari abasenyeri bamwe bamwe bariko bacanishamwo abenegigugu bivanga mu vya Politique bongera bashigikira abica abenegihugu babaziza ubusa.
Groupe INTWARI yagomba gushimira cane imigambwe nayo yabibonye uko maze igashikiriza impanuro n’aho ihagaze kuriyo myitwarire yabo basenyeri iserukiwe na nyakubahwa Jacques BIGIRIMANA.
Groupe INTWARI za CNDD-FDD / AKANWABABO irashimiye kandi Leta y’UBURUNDI kw’itangazo yasohoye ibicishije kumushikiranganji w’intwaro yo hagati n’inyigisho zo gukundisha igihugu.
Groupe irashima ukwitwarira KAGAME na Leta yiwe,ariko kandi igasaba Leta y’UBURUNDI ko yogirako yirukana abanyarwanda bose baba ngaha mu BURUNDI.
.
Groupe isavye abenegihugu kuguma kukivi,maze batuze umwansi.
Bigiriwe i BUJUMBURA
Inama nkuru ya groupe
“AKANWABABO”
Criminal Paul Kagame