Paul Kagame News › Forums › Autocratic Leadership › Rwandan Army Trained in Best Military Academies › Reply To: Rwandan Army Trained in Best Military Academies
March 18, 2016 at 10:16 pm
#1560
Rukoko
Ibara riraruguye mu rukoko kuko imodoka yizuye abantu izanywe n’a colonel Darius ibakuye muri commune Rugazi mûri province Bubanza. Bose baraboshe kandi bakomeretse cane birababaje cane kubona abantu batikira, barahohoterwa udashobora kubatabara. Rabe neza ntiduhendane Darius ntakorera ubwoko kandi ntagira intara ahubwo akorera son cousin Nkurunziza hamwe n’Inda yiwe.
Criminal Paul Kagame