Paul Kagame News › Forums › Autocratic Leadership › Rwandan Army Trained in Best Military Academies › Reply To: Rwandan Army Trained in Best Military Academies
March 18, 2016 at 10:16 pm
#1559

Keymaster
Ubutegetsi bw’i bujumbura ubu naho bwatandukiriye amadini na cane cane Eglise catholique
aho bwagabishije amwe mw’ayo madini ku ngendo ngo yihaye yo kuza arasohora amatangazo acanishamwo abenegihugu!
Nta butegetsi bwihanga ishengero nka catholique atari Kwa Nkurunziza!
Nkurunziza yaba yemera impanuro, yokwegereye abamutanguriye kwihanga kiriziya katolika yagenewe bose kandi y’abatumwa.
c’est le symbole de la disparition du regime de facto de bujumbura!
Criminal Paul Kagame