Paul Kagame News Forums Autocratic Leadership Rwandan Army Trained in Best Military Academies Mwumvise ukuntu mujeri yahoneje abantu cane cane aba hutu

#1557

Mwumvise ukuntu mujeri yahoneje abantu cane cane aba hutu

– Muragira ibigongwe
– Muragira impuhwe
– Murasamanga ngo mufise nzabagenzi,
Ariko bobo bazi ico gukora,ntibatinya kubakeba amazosi.

Murafata mujeri mukayifatana intonga soit yishe umuntu canke ifise inkoho,aho kuyikorerako muca muyijana mugasho kuyihemba umuceri n’ibiharage,maze hahera amezi 2 mugaca muyirekura ikidegemvya,ariko mwafata uwukubise canke ahanye mujeri mugaca mushorera no mumpimba ngo yamenje.

Ibinogo biguma bitorwa,nta musenyeri‬ n’umwe agira ico abivuzeko,ya ma U.E ntakurako umunwa,none tugiye kuba abande?

Abahutu twaragowe natwe turakwiye gukanura tukiyamiriza uku guhohoterwa.

– Utekereje baguca umutwe,
– Uvuze amakungu aguhagurukire ngo uvuze nabi,
– Wivunye naho canke urwaniye igihugu,Leta iguta mumpimba ngo wamenje maze ukanyuranwa n’umwe w’izuru ryagororotse warungikayo yitahira.

Ariko wopfuma uzira ico wakoze bakazoca umugani.

Criminal Paul Kagame