Reply To: Rwandan Army Trained in Best Military Academies

Paul Kagame News Forums Autocratic Leadership Rwandan Army Trained in Best Military Academies Reply To: Rwandan Army Trained in Best Military Academies

#1554
Paul Kagame
Keymaster

Mvuye Mu Rwanda Aho Bita Bweyeye Na Gasumo Amatohoza Nakoze Narayaze Nabantu Baho Bambwiyeko Bweyeye Harabasoda Bu Rwanda Ibihumbi Bibiri, Gasumo Ibihumbi Bine Na Majana Atanu Vyabasoda Bu Rwanda. Abo Basoda Bariko Bategura Ibitero Vyogutera Uburundi Mu Misi Yavuba Atari Kure, Ariko Nubwo Bimeze Guco Abasoda Bakuru Bu Rwanda Bamwe Bamwe Baranse Gushigikira Uyo Mugambi Mubi Wa Kagame.

Criminal Paul Kagame