Reply To: Rwandan Army Trained in Best Military Academies

Paul Kagame News Forums Autocratic Leadership Rwandan Army Trained in Best Military Academies Reply To: Rwandan Army Trained in Best Military Academies

#1549
Paul Kagame
Keymaster

Salut les ami(e)s
~~~~~~~~~~~~~

Abatazi ubwenge bakengera uwurya umunyenga ku nkengera y’izinga.

Abansi b’igihugu bamaze kwumva itangazo rya U.E ryo kumenyesha ko ihagaritse imfashanyo yahora iha Leta,baratamvye,barishimye ngo ibintu biri hafi gutungana.

Hari n’abandi bariko barata impuzu basaba ko U.E yoca ihagarika no guhemba ingabo ziri mu ma missions hanze yigihugu kugira zigarukanwe.

Ugiye kwumviriza neza izo mujeri,urabona neza ko zataye imitwe.

KUKI‬?

U.E ntabwoba iteye UBURUNDI kuko haraheze umwaka wose atamfashanyo zabo tumenyereye ariko turabayeho kuko Uburundi burafise incuti nyazo.Ivyo bita imfashanyo barabigumya kuko twasanze bavuga ngo baduha imfashanyo naho baduhaye 30 baca badutwara 40 tugasanga batwivye 10 canke arenga.

U.E siyo ihemba ingabo ziri muri mission,kandi bitayeko naho zovayo zohagararira amahoro kuko imyaka zamaze bamwe bataronka nisabuni yo kwoga barakoze birashima.

Vuga canke ureke,Nta ntambwe.

‪‎OHORO‬

Criminal Paul Kagame