Paul Kagame News Forums Autocratic Leadership Rwandan Army Trained in Best Military Academies Reply To: Rwandan Army Trained in Best Military Academies

#1548

ABAHUZA KUMATATI Y’UBURUNDI BAHUYE

Yoweri Kaguta Museveni yakiriye i Kampala mu Gihugu c’Ubuganda uwugiye kuzomufasha mugikorwa co guhuza abarundi Bwana Benyamini Wiriyamu Mukapa ( Benjamin William Mkapa ). Iyo mibonano idasanzwe iriko iraba mugihe Leta y’i Bujumbura yoyo imeneyesha ko itazokwigera yitaba ivyo biganiro. Nkurunziza wewe akaba aheruka kugereranya abatavuga rumwe n’ubutegetsi bwiwe n’imbwa yitwa ” MUJERI “. Nkurunziza munama aheruka kugirisha Imbonerakure yabwiye Ati:

Mujeri n’imbwa ishonje cane ifise inzara iteye ubwoba. Ati MUJERI rero ntugomba kuyereka ko uyitinya, ugomba kuguma uhagaze sawa sawa. Wihenze nagato ukayiha akanya gato gusa werekana ko ufise ubwoba , ngo irakumarako inyama zose ufise kumubiri. IMBONERAKURE ZARI NGAHO ZOSE ZACIYE ZITWENGA MBERE ZIRAKOMA AMASHI MENSHI!!!

ABAHUZA NDABIFURIJE AMAHIRWE MUGIKORWA BIMIRIJE KITOROSHE.

Criminal Paul Kagame