Paul Kagame News Forums Autocratic Leadership Rwandan Army Trained in Best Military Academies Reply To: Rwandan Army Trained in Best Military Academies

#1546

U.E imaze kubona ko ivyo yapanze vyo guhonya no guhohotera ubwoko bwamye buhotorwa kuva kera 65,72,88,93-2003 vyanse kubera ko amase ya kera atagihoma urutaro,
imaze kubona ko abarundi bashoboye kwitegurira no kwitunganiriza amatora atamfashanyo yayo irimwo,
imaze kubona ko umugambi wo gufasha Kagame kuzana empire hima mukarere,kuzana ivyo kwubakana kw’abasangiye ibitsina vyanse,kwiba Nickel imaze gushikana kubutegetsi intovyi zamenyereye kwama zinywa amaraso y’abenegihugu vyanse,
iti:
“Kubwo kwidadira twanka kumaramara ko twakoreye ubusa,twerekane ko tukiriho twimaramaze tuvuge ko duhagaritse imfashanyo.”

Ko bazitwimye bakazikatishiriza mu Rwanda guforoma abatera UBURUNDI twabaye iki?
Ibabajwe n’ibirwanisho yarungikiye UBURUNDI ngo bije kubusambura?
.
IMANA YAHAWE IKIBANZA CA MBERE
.
Hako twongera kwangazwa tuja kubana n’inkoto tunywa ibiziba n’amasobe,ntavyo tutariye,
baragumya ivyabo nakare baduha 40 bagaca baturya 60,nibagume iwabo.
.
TWOPFUMA DUPFA
.
B.Singhampton

Badjila Singhampton's photo.

Criminal Paul Kagame