Paul Kagame News › Forums › Autocratic Leadership › Rwandan Army Trained in Best Military Academies › Reply To: Rwandan Army Trained in Best Military Academies
March 18, 2016 at 9:54 pm
#1545

Keymaster
Umushikiranganji w’ubutungane Umututsikazi ahejeje guhindagura abarongoye ama PARQUET TGI aho atigeze yisunga ibitigiri biri mwibwirizwashingiro.
Ibitigiri yahinduyeko ni
25% HUTU
75% TUTSI
Turasavye
– Inamashingamateka
– Inamankenguzamateka
Izo nzego ntizihirahire ngo zemeze iyo nteguro y’uwo mushikiranganji kuko ije guhuhura ivyahuha,ije guca inguvu abariko baharanira gukurikiza amategeko kuko arivyo biriko biratuma UBURUNDI buca mumakuba atandukanye.
– Ibiro vy’umukuru w’igihugu muharabire neza amategeko akurikizwe.
Criminal Paul Kagame