Paul Kagame News › Forums › Autocratic Leadership › Rwandan Army Trained in Best Military Academies › Reply To: Rwandan Army Trained in Best Military Academies

Alerte Kuva Aho U.E Ifatiye Ibihano Reta Ya Nkurunziza Ubu Iri Muyabira Nokwumvikana Nticumvikana Yiciye Mw’imigwi Itatu 3
1 Ubu Hari Abariko Barisabira Nkurunziza Ngo Atange Imihoho Kuko Yabataye Muyabira
2 Hakaba Abamusaba Ko Yokwitaba Ibiganiro Bimuhuza Nabo Batavuga Rumwe Ngo Bipfume Bidindira Ngo Abe Aragumye Kubutegetsi
3 Nabandi Bariko Bamuhanura Kwumira Kungoma
Ugwo Ruhagarara Ruri Mumugambwe C.N.D.D F.D.D Gwavuye Kubihano U.E ya Fatiye Reta Ya Nkurunziza Nibindi Bikirinyuma
Mugutinya Yuko Mwivyo Bihano Biri Inyuma Ko Uburundi Bwokwirukanwa Mugikogwa Co Kugarukana Umutekano Muri Somalie Reta Ya Nkurunziza Ibicishije Kuri Gaston Sindimwo Yahisemwo Gufukamira Reta Ya Somalie Ngo Ntize Yemere Ko Birukanwa
Haha Subira Muvuge Ngo Ibihano Vya U.E Ngo Ntaco Vyabagize Mugama Mufukamanga Haha Akari Inyuma Karahinda Nka Farikone 50 Zose
Criminal Paul Kagame