Paul Kagame News Forums Rwanda and Burundi Voices Burundi Hope Reply To: Burundi Hope

#1504

A L E R T E
……………..

Amakuru mpabwa na Camera‬ yanje imurika mu gihugu c’urwanda amenyesha ko ico gihugu cahaye akazi,canke ikiraka mission‬ abasirikare bamwe bitwa
TIREURS D’ELITE
bashika kuri 20 b’ico gihugu barungikwa mu gihugu cacu c’u BURUNDI.

Iyo Camera ibandanye inyereka ko abo basoda barungitswe kugira bagandagure vyihuta umukuru w’igihugu c’u BURUNDI,ariko mu Rwanda bakaba bamaze kumenya ko hamaze gufatwa 2.

Iyo Camera nyene kandi imenyesha ko k’uruyu wa 4 itariki 10/03/2016 hategekanijwe inama y’indongozi z’urwanda kugira zirabire hamwe uko ico gikorwa kiriko kiragenda.

Ayo makuru nyene abandanya avuga ko ico gihugu hari n’abandi biperereza carungitse mu ntara zose z’uburundi kugira bagume bakurikirana ingendo z’umukuru w’igihugu.Abo basoda 6 muribo bamaze gushika mu gisagara ca BUJA.

Musabwe kudafyinata,mukore ijoro n’umutaga mpaka bose baheze kandi mureke kwijajara mufata ko ari ibihuha.

Criminal Paul Kagame