Paul Kagame News › Forums › Rwanda and Burundi Voices › Burundi Hope › Reply To: Burundi Hope
March 14, 2016 at 5:36 pm
#1502
habaye umugabo aja kumaziko abona uwapfuy bamuhamvy muri serkeri izimvye caan.naw agir umugamb woguhav ayib mwijoro,ahengera bwije afata inzira ashitse kukaburi arimba akurayo ya sandugu ikiziga ata hejuru,agiz ubwoba yuko afatw nabapolisi bari hafi yambura impuzu agenda uko zamuremye,bamuhagarits atangura kwigira nkumuzimu ati<harashushe mukuzimu none turimutse kuko turarambiwe>abapolisi baca bariruka kuk bibajije ko ari umuzimu ubateye,nawe arigira aba arayitwaye.akabazo:mbe muburundi ho ubu ntabiba abantu bakagirako nibiziga vyabo?mbega yemwe nibande?humura ntamvura idahita.mugire umusi mwiza.
Criminal Paul Kagame