Paul Kagame News › Forums › Rwanda and Burundi Voices › Burundi Hope › Reply To: Burundi Hope
March 14, 2016 at 5:34 pm
#1500
urwego Rw-igihugu Rujejwe Kugenzura Itangwa Ry-amakuru Ruramutswa Umuyobozi Mushasha: KARENGA Ramadhan.Karenga Ramadhan Yakoze Umwuga Wo Kumenyesha Amakuru Kuri RTNB, BBC No Muri DW- Deutsche Welle,akaba Kandi Yarabaye Umushikiranganji Wo Kumenyesha Amakuru,yarabaye Kandi Umushingamateka W-intara Ya Bururi Mu Mugambwe CNDD-FDD.Karenga Ramadhan Asubiriye Richard GIRAMAHORO Asanzwe Atari Bwaheze Ikiringo Ciwe.
Criminal Paul Kagame