Paul Kagame News › Forums › Rwanda and Burundi Voices › Burundi Hope › Reply To: Burundi Hope
March 14, 2016 at 5:33 pm
#1499
Abatwara Amashirahamwe Yigenga Adaharanira Ivyicaro Vya Politike Bagiye Kugira Ibiringo 2 Ntarengwa Kimwe Cose C-imyaka 5 Mu Ntumbero Yo Kugarukana Intwaro Ibereye Muri Ayo Mashirahamwe.Ivyo Biri Mw-itegeko Rishasha Rigiye Kugenga Ayo Mashirahamwe Nkuko Vyamenyeshejwe N-umushikiranganji W-intwaro Yo Hagati Mu Gihugu Pascal Barandagiye Mu Nama Yakoresheje Ayo Mashirahamwe Mu Ntara Ya Gitega.Iryo Tegeko Kandi Ritegekanya Ko Amafaranga Aza Nk-imfashanyo Kuri Ayo Mashirahamwe Azotegerezwa Guca Mw-ibanki Nkuru Y-igihugu Mu Ntumbero Yo Kugenzura Ikoreshwa Ry-ayo Mafaranga.
Criminal Paul Kagame