Paul Kagame News Forums Rwanda and Burundi Voices Burundi Hope Reply To: Burundi Hope

#1470

Bujumbura: Imyiyerekano Yokwiyamiriza Igihugu cu Rwanda Na Major Petero Buyoya.

Kuva Igihe c’isaha 07h Zagatondo Mugisagara ca Bujumbura Hariko Haraba Imyiyerekano Yokwiyamiriza Igihugu cu Rwanda Kokiriko Gifasha Abashaka Kuza gutera Uburundi Hamwe Na Majoro Petero Buyoya Koyoba Ashaka Gusubira Kubutegetsi Abifashijwemwo N’igihugu cu Rwanda Ivyo Bikaboneka murizimwe Munyandiko Abari Muriyomyiyerekano Baje Bitwaje.

Amakuru Twaronse Nuko Iyomyiyerekano Yatumweko N’umushikiranganji Mushasha Arongoye Intwaro Yohagati Mr Pascal Barandagiye Muntumbero Yogushigikira Amahoro Nukwereka Amakungu Ko Mu Burundi Umutekano Ariwose atanzu iriko Irasha, Iyomyiyerekano Ikazoba Mukiringo c’amezi 2 Muma commune atandukanye Y’igisagara ca Bujumbura.

Iyi Myiyerekano Namwe Murayishigikiye?

Criminal Paul Kagame