Paul Kagame News › Forums › Rwanda and Burundi Voices › Burundi Hope › Reply To: Burundi Hope
February 26, 2016 at 4:04 pm
#1435
IKOTI RYA LEONCE NGENDAKUMANA RYATEYE ABANTU AMAKENGA!
IGIHE LEONCE NGENDAKUMANA COKIMWE NABANDI BANYEPOLITIKE BATATU ,ABONANA NUMUNYAMABANGA MUKURU WA ONU, Yaje yambaye ikoti gushika nubu atawuzi iyo ryakorewe!
Naho biruko,bamwe bemeza ko ariryo harazwe na Ndadaye Melchior mu 1993 agitorwa kuba umukuru wigihugu, abandi bakavuga ko ari amakoti agezweho! Weho wibaza iki kuriryo koti? Riramubereye canke yakemesheje abayoboke biwe?
Criminal Paul Kagame