Paul Kagame News Forums Rwanda and Burundi Voices Burundi Hope Reply To: Burundi Hope

#1434

Intumwa Zidasanzwe Za UA Kuva Ejo Zarahuriye Hamwe Kugira Ziganire Ku Vyerekeye Uburundi Inyuma Yaho Bari Bahejeje Kuganira N-impande Zitandukanye.Ku Ruhande Rw-abatavuga Rumwe Na Reta Bo Baramaze Kugaragaza Ko Ataco Biteze Kuri Izo Ntumwa.Charles Nditije Inyuma Y-umubonano N-abanyamigambwe Avuga Ko Izo Ntumwa Zazanywe No Kugumiza Petero Nkurunziza Ku Butegetsi Kuko Jacob Zuma Yoba Atashize Ku Rutonde Rw-ivyigwa Ibijanye N-ikiringo Ca Gatatu Kandi Ko Yasavye Abatavuga Rumwe N-ubutegetsi Kwubahiriza Ingingo Yafashwe Na Sentare Yubahiriza Ibwirizwa Shingiro,ingingo Yarekurira Petero Nkurunziza Kwitoza,akavuga Ariko Ko Bavuze Ko Ibiganiro Bihuza Bose Ariyo Nzira Yo Gutorera Umuti Ibibazo Biri Mu Burundi Ariko Hakaba Hatavuzwe Isango Ivyo Biganiro Vyoberako.,Tubamenyeshe Ko Ali Bongo Odimba Prezida Wa Gabon Aza Yarasubiye Inyuma.

Criminal Paul Kagame